2 Samweli 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+. 1 Abami 1:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Umwami yamurungikanye rero na Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi na Benaya mwene Yehoyada n’Abakereti n’Abapeleti, baraheza bamushira ku nyumpu y’ingore y’umwami+. 1 Abami 2:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umwami aca ashira Benaya+ mwene Yehoyada mu kibanza ciwe ngo abe umukuru w’ingabo+; Zadoki umuherezi na we, umwami amushira mu kibanza ca Abiyatari+. 1 Ngoma 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Benaya+ mwene Yehoyada+ ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+; kandi bene Dawidi bari bafise ikibanza ca mbere iruhande y’umwami+.
20 Nayo Benaya+ mwene Yehoyada+ umuhungu w’umugabo w’intwari, uwakoze ibikorwa vyinshi i Kabuzeyeli+, agarika ba bahungu babiri ba Ariyeli w’i Mowabu; ni we yamanutse kugarika intambwe+ mu cobo c’amazi ku musi urubura rwariko ruragwa+.
44 Umwami yamurungikanye rero na Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi na Benaya mwene Yehoyada n’Abakereti n’Abapeleti, baraheza bamushira ku nyumpu y’ingore y’umwami+.
35 Umwami aca ashira Benaya+ mwene Yehoyada mu kibanza ciwe ngo abe umukuru w’ingabo+; Zadoki umuherezi na we, umwami amushira mu kibanza ca Abiyatari+.
17 Benaya+ mwene Yehoyada+ ni we yagaba Abakereti+ n’Abapeleti+; kandi bene Dawidi bari bafise ikibanza ca mbere iruhande y’umwami+.