1 Abami 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko haguma haba intambara hagati ya Rehobowamu na Yerobowamu+. 1 Abami 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko haba intambara hagati ya Asa na Bayasha+ umwami wa Isirayeli imisi yabo yose.