1 Abami 15:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko haba intambara hagati ya Asa na Bayasha umwami wa Isirayeli imisi yabo yose+. 1 Abami 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ehe ngira nkubure noganze inyuma ya Bayasha n’inyuma y’inzu yiwe, kandi ata gukeka inzu yiwe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu mwene Nebati+. 1 Abami 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Gutyo Zimuri azimanganya inzu ya Bayasha yose+, nk’uko ijambo rya Yehova ryari+, iryo yari yaravuze kuri Bayasha biciye kuri Yehu umuhanuzi+, 2 Ngoma 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Hariho isezerano hagati yanje nawe no hagati ya dawe na so. Ehe ndakurungikiye ifeza n’inzahabu. Genda urenge kw’isezerano ufitaniye na Bayasha+ umwami wa Isirayeli, kugira ngo ave iwanje+.”
3 ehe ngira nkubure noganze inyuma ya Bayasha n’inyuma y’inzu yiwe, kandi ata gukeka inzu yiwe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu mwene Nebati+.
12 Gutyo Zimuri azimanganya inzu ya Bayasha yose+, nk’uko ijambo rya Yehova ryari+, iryo yari yaravuze kuri Bayasha biciye kuri Yehu umuhanuzi+,
3 “Hariho isezerano hagati yanje nawe no hagati ya dawe na so. Ehe ndakurungikiye ifeza n’inzahabu. Genda urenge kw’isezerano ufitaniye na Bayasha+ umwami wa Isirayeli, kugira ngo ave iwanje+.”