2 Samweli 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko haba ikigoyi+ mu misi ya Dawidi mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana; Dawidi atangura rero gusiguza Yehova. Maze Yehova avuga ati: “Kuri Sauli no ku nzu yiwe hari amaraso, kuko yishe Abanyagibeyoni+.” Matayo 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+.
21 Nuko haba ikigoyi+ mu misi ya Dawidi mu kiringo c’imyaka itatu ikurikirana; Dawidi atangura rero gusiguza Yehova. Maze Yehova avuga ati: “Kuri Sauli no ku nzu yiwe hari amaraso, kuko yishe Abanyagibeyoni+.”