Rusi 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Bowazi aramwishura ati: “Banyiganiye+ neza ivyo wakoreye nyokobukwe vyose inyuma y’urupfu rw’umugabo wawe+, n’ingene wasize so na nyoko n’igihugu c’incuti zawe ukaja ku bantu utari uzi+.
11 Maze Bowazi aramwishura ati: “Banyiganiye+ neza ivyo wakoreye nyokobukwe vyose inyuma y’urupfu rw’umugabo wawe+, n’ingene wasize so na nyoko n’igihugu c’incuti zawe ukaja ku bantu utari uzi+.