Yeremiya 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntibazobaha umukate ku bw’ikigandaro, kugira ngo bahoze umuntu ku bijanye n’uwapfuye+; eka kandi ntibazobaha igikombe c’ukwirurwa ngo banywe ku bwa se w’umuntu no ku bwa nyina w’umuntu+. Ezekiyeli 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nunihe udakurako umunwa. Ntugandarire abapfuye+. Niwizingireko icambarwa cawe co mu mutwe+, wambare inkweto* zawe ku birenge+. Ntupfuke ubwanwa bwo haruguru+, kandi nturye umukate w’abantu+.”
7 Ntibazobaha umukate ku bw’ikigandaro, kugira ngo bahoze umuntu ku bijanye n’uwapfuye+; eka kandi ntibazobaha igikombe c’ukwirurwa ngo banywe ku bwa se w’umuntu no ku bwa nyina w’umuntu+.
17 Nunihe udakurako umunwa. Ntugandarire abapfuye+. Niwizingireko icambarwa cawe co mu mutwe+, wambare inkweto* zawe ku birenge+. Ntupfuke ubwanwa bwo haruguru+, kandi nturye umukate w’abantu+.”