29 Ayo maraso nagaruke nk’agashururu ku mutwe+ wa Yowabu no ku nzu ya se yose, kandi mu nzu ya Yowabu+ ntihakabure umugabo w’urunyigimbe rwisuka+ canke umunyamibembe+ canke umugabo afata agati kazungurutsa urunyuzi+ canke uwugwishwa n’inkota canke uwukenye umukate+!”