Kuvayo 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ubu mba naratumye ukuboko kwanje nkagukubitisha ikiza wewe n’abantu bawe, ukazimanganywa kw’isi+. Zaburi 109:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nivyame imbere ya Yehova+;Narandure ukwibukwa kwabo kuve kw’isi+;
15 Kuko ubu mba naratumye ukuboko kwanje nkagukubitisha ikiza wewe n’abantu bawe, ukazimanganywa kw’isi+.