1 Ngoma 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaherezo bashika ku mbuga y’ikubitiro ya Kidoni+, maze Uza atuma ukuboko kugira ngo afate nya Sandugu+, kuko amashūri yari ahatswe kuyitembagaza.
9 Amaherezo bashika ku mbuga y’ikubitiro ya Kidoni+, maze Uza atuma ukuboko kugira ngo afate nya Sandugu+, kuko amashūri yari ahatswe kuyitembagaza.