2 Samweli 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo bashika ku mbuga y’ikubitiro ya Nakoni, maze Uza+ atuma ukuboko kw’isandugu y’Imana y’ukuri arayifata+, kuko inka zari zihatswe kuyitembagaza.
6 Amaherezo bashika ku mbuga y’ikubitiro ya Nakoni, maze Uza+ atuma ukuboko kw’isandugu y’Imana y’ukuri arayifata+, kuko inka zari zihatswe kuyitembagaza.