1 Ngoma 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya sandugu y’Imana y’ukuri ibandanya kubana n’urugo rwa Obedi-edomu, mu nzu yiwe+, amezi atatu; kandi Yehova yaguma ahezagira+ urugo rwa Obedi-edomu n’ivyiwe vyose. 1 Ngoma 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Dawidi+ n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli+ n’abakuru+ b’ibihumbi baba ari bo bagenda kugira badugane isandugu y’isezerano rya Yehova bayikuye mu nzu ya Obedi-edomu+ banezerewe+.
14 Nya sandugu y’Imana y’ukuri ibandanya kubana n’urugo rwa Obedi-edomu, mu nzu yiwe+, amezi atatu; kandi Yehova yaguma ahezagira+ urugo rwa Obedi-edomu n’ivyiwe vyose.
25 Dawidi+ n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli+ n’abakuru+ b’ibihumbi baba ari bo bagenda kugira badugane isandugu y’isezerano rya Yehova bayikuye mu nzu ya Obedi-edomu+ banezerewe+.