Yesaya 51:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+. Matayo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora.
7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+.
11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora.