Abalewi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+. 1 Abami 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.
6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+.
4 Ubu rero Yehova Imana yanje yampaye akaruhuko impande zose+. Nta wundwanya ariho, kandi nta kintu na kimwe kibi kiriko kiraba+.