Gusubira mu vyagezwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’ Zaburi 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+. Zaburi 33:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ifarasi ni uruhendo mu vy’ugukiza+,Kandi ku bwinshi bw’inkomezi zayo, nta we irokora+.
16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’
7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.