ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 6:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko baturiza umuriro ico gisagara n’ikintu cose cari muri co+. Ifeza n’inzahabu n’ibintu vy’umujumpu n’ivy’icuma ni vyo gusa batanze ngo bishirwe mw’itunga ry’inzu ya Yehova+.

  • Yosuwa 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ibisagara vy’umuryango wa bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo vyari Yeriko+ na Beti-hogula na Emeki-kezizi,

  • 1 Ngoma 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu nyuma abantu baja kumenyesha Dawidi ivy’abo bagabo; na we aca atuma abaja guhura na bo, kuko bari bateterejwe cane rwose; umwami abandanya kuvuga ati: “Nimugume i Yeriko+ gushika ubwanwa bwanyu bukuze bukaba bwinshi. Muzoheza mugaruke.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika