1 Samweli 8:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Na twebwe nyene tubwirizwa kumera nk’ayandi mahanga yose+; umwami wacu azoducira koko imanza kandi asohoke imbere yacu, arwane intambara zacu.” Umusiguzi 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 igihe co gukunda n’igihe co kwanka+; igihe c’intambara+ n’igihe c’amahoro+.
20 Na twebwe nyene tubwirizwa kumera nk’ayandi mahanga yose+; umwami wacu azoducira koko imanza kandi asohoke imbere yacu, arwane intambara zacu.”