ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Mu gihe na ho intanga zisutse+ ziva mu mugabo, ategerezwa kwuhagira umubiri wiwe wose mu mazi, hanyuma abe uwuhumanye gushika ku mugoroba.

  • Gusubira mu vyagezwe 23:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Niwasohoka gushinga ikambi kugira urwanye abansi bawe, utegerezwa kwirinda ikintu kibi cose+.

  • 1 Samweli 21:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Dawidi yishura nya muherezi ati: “Mugabo abagore bagumijwe kure yacu nk’ubwa mbere, igihe naja ku rugamba+, kandi imibiri ya nya basore iracari myeranda, naho nya gikorwa ubwaco ari igisanzwe. Hari akantu uyu musi umuntu niyaba mweranda mu mubiri wiwe!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika