ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 21:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Dawidi yishura nya muherezi ati: “Mugabo abagore bagumijwe kure yacu nk’ubwa mbere, igihe naja ku rugamba+, kandi imibiri ya nya basore iracari myeranda, naho nya gikorwa ubwaco ari igisanzwe. Hari akantu uyu musi umuntu niyaba mweranda mu mubiri wiwe!”

  • 2 Samweli 11:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Uriya aca abwira Dawidi ati: “Isandugu+ na Isirayeli na Yuda baba mu nsago kandi umukama wanje Yowabu n’abasuku b’umukama wanje+ bakambitse mu gahinga, none nanje, ninjire mu nzu yanje ndye, nywe nongere ndyamane n’umugore wanje+? Ndahiye ukubaho kwawe n’ubuzima bwawe+, singenda nkoze ico kintu!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika