Abalewi 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro. 1 Ngoma 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Yowabu avuga ati: “Yehova yongere ku bantu biwe abangana na bo incuro ijana+. Mbega ga mukama wanje umwami, bose si abasuku b’umukama wanje? None umukama wanje aronderera iki ivyo+? Kubera iki yokwegera Isirayeli ukwagirwa n’icaha?”
17 “‘Ntukankire mwene wanyu mu mutima wawe+. Uko bigenda kwose, ukwiye gukangira mugenzawe+, kugira ntusangire na we igicumuro.
3 Mugabo Yowabu avuga ati: “Yehova yongere ku bantu biwe abangana na bo incuro ijana+. Mbega ga mukama wanje umwami, bose si abasuku b’umukama wanje? None umukama wanje aronderera iki ivyo+? Kubera iki yokwegera Isirayeli ukwagirwa n’icaha?”