1 Samweli 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Buno nyene Sauli amurahira Yehova ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nturi bwagirwe n’ikosa muri ivyo!” 1 Samweli 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umwami amubwira ati: “Ntutinye; mugabo none ubonye iki?” Uwo mugore yongera kubwira Sauli ati: “Mbonye imana+ iduga iva mu kuzimu.”
10 Buno nyene Sauli amurahira Yehova ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nturi bwagirwe n’ikosa muri ivyo!”
13 Mugabo umwami amubwira ati: “Ntutinye; mugabo none ubonye iki?” Uwo mugore yongera kubwira Sauli ati: “Mbonye imana+ iduga iva mu kuzimu.”