-
2 Samweli 13:39Bibiliya y’isi nshasha
-
-
39 Amaherezo umutima wa Dawidi umwami ucambirwa gusohoka ngo aje aho Abusalomu ari; kuko yari yarihojeje ku vyerekeye Amunoni, kubera yuko yari yarapfuye.
-
-
2 Samweli 19:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Gutyo ubukiriro kuri uwo musi buba akaryo ko kugandara ku bantu bose, kuko uwo musi abantu bumvise bivugwa ngo: “Umwami yababaye kubera umuhungu wiwe.”
-