1 Samweli 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yari afise umuhungu yitwa Sauli+, w’umukangara kandi mwiza; nta muntu n’umwe muri bene Isirayeli yamurusha ubwiza; kuva ku bitugu vyiwe kuduga yari muremure kuruta abantu bose+.
2 Yari afise umuhungu yitwa Sauli+, w’umukangara kandi mwiza; nta muntu n’umwe muri bene Isirayeli yamurusha ubwiza; kuva ku bitugu vyiwe kuduga yari muremure kuruta abantu bose+.