Zaburi 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+. Zaburi 55:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+. Imigani 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Naho ijwi ryiwe arigira irisosa+, ntumwemere+, kuko mu mutima wiwe hari ibintu indwi biteye ishishi+.
9 Aguma abunze ahantu hihishije nk’intambwe mu kibundo cayo+.Aguma abunze+ ngo agire umurushwa atwara ku nguvu.Atwara nya murushwa ku nguvu igihe akweze urusenga rwiwe rukiyugara+.
21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+.
25 Naho ijwi ryiwe arigira irisosa+, ntumwemere+, kuko mu mutima wiwe hari ibintu indwi biteye ishishi+.