Abacamanza 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko basaza ba nyina batangura kuvuga ayo majambo yose amwerekeye bene amatongo b’i Shekemu bose bumva, ku buryo umutima wabo uhengamira kuri Abimeleki+, kuko bavuze bati: “Ni mwene wacu+.”
3 Nuko basaza ba nyina batangura kuvuga ayo majambo yose amwerekeye bene amatongo b’i Shekemu bose bumva, ku buryo umutima wabo uhengamira kuri Abimeleki+, kuko bavuze bati: “Ni mwene wacu+.”