2 Samweli 17:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 n’ubuki+, n’amasoro+, n’intama, n’urubu rw’inka, babizanira Dawidi n’abantu bari kumwe na we kugira ngo barye+, kuko bavuga bati: “Abantu barashonje, bararushe kandi baranyotewe mu gahinga+.”
29 n’ubuki+, n’amasoro+, n’intama, n’urubu rw’inka, babizanira Dawidi n’abantu bari kumwe na we kugira ngo barye+, kuko bavuga bati: “Abantu barashonje, bararushe kandi baranyotewe mu gahinga+.”