2 Maze umwami abwira Ziba ati: “Ivyo bintu witwaje ni ivy’iki+?” Ziba aca avuga ati: “Indogobwa ni izo abo mu rugo rw’umwami bagenderako, imikate be n’umutekero w’ivyamwa vyo mu ci ni ivyo imisore+ irya, umuvinyu na wo ni uwo umuntu azoruha cane+ mu gahinga+ azonywa.”