Gusubira mu vyagezwe 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ingene yagusanze mu nzira, agakubita mu ruhande rwawe rw’inyuma abagenda bagozēra inyuma yawe bose, mu gihe wari urushe, urambiwe; kandi ntiyatinye Imana+. 2 Samweli 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amaherezo umwami n’abantu bose bari kumwe na we barashika, barushe. Nuko bagarurira agatege ng’aho+.
18 ingene yagusanze mu nzira, agakubita mu ruhande rwawe rw’inyuma abagenda bagozēra inyuma yawe bose, mu gihe wari urushe, urambiwe; kandi ntiyatinye Imana+.
14 Amaherezo umwami n’abantu bose bari kumwe na we barashika, barushe. Nuko bagarurira agatege ng’aho+.