27 Abuneri agarutse i Heburoni+, Yowabu aca aramwikebukanya imbere mw’irembo kugira avugane na we mu mwiherero+. Ariko aho nyene aca amuzibura mu nda+, arapfa kubera amaraso ya Asaheli+ mwene wabo.
7 Uwugira kane ku bw’ukwezi kugira kane yari Asaheli+, mwene wabo na Yowabu+, mu nyuma ziwe na ho Zebadiya umuhungu wiwe; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.