18 Kandi ba bahungu batatu ba Zeruwiya+ bari ng’aho, ari bo Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+; Asaheli yari umuntu w’amaguru anyaruka, nk’imwe mu ngeregere+ ziri mw’ishamba.
7 Uwugira kane ku bw’ukwezi kugira kane yari Asaheli+, mwene wabo na Yowabu+, mu nyuma ziwe na ho Zebadiya umuhungu wiwe; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.