2 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi ba bahungu batatu ba Zeruwiya+ bari ng’aho, ari bo Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+; Asaheli yari umuntu w’amaguru anyaruka, nk’imwe mu ngeregere+ ziri mw’ishamba. 2 Samweli 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nayo Yowabu na Abishayi+ mwene wabo, bishe Abuneri+ kubera yari yarishe Asaheli mwene wabo i Gibeyoni mu rugamba+. 2 Samweli 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Asaheli+ mwene wabo na Yowabu yari muri bamwe mirongo itatu; Elihanani+ mwene Dodo w’i Betelehemu,
18 Kandi ba bahungu batatu ba Zeruwiya+ bari ng’aho, ari bo Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+; Asaheli yari umuntu w’amaguru anyaruka, nk’imwe mu ngeregere+ ziri mw’ishamba.
30 Nayo Yowabu na Abishayi+ mwene wabo, bishe Abuneri+ kubera yari yarishe Asaheli mwene wabo i Gibeyoni mu rugamba+.
24 Asaheli+ mwene wabo na Yowabu yari muri bamwe mirongo itatu; Elihanani+ mwene Dodo w’i Betelehemu,