ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, mwene wabo na Yowabu, ati: “Ni nde amanukana nanje iyo Sauli ari, mw’ikambi?” Abishayi aca avuga ati: “Jewe ndamanukana nawe+.”

  • 2 Samweli 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira ngo abatondeshe urugamba ngo bahure na bene Amoni+.

  • 2 Samweli 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Dawidi abwira Abishayi+ ati: “Ubu Sheba+ mwene Bikiri azotubera mubi kurusha Abusalomu+. Wewe ubwawe nutore abasuku+ b’umukama wawe uheze umwome inyuma, kugira ntiyironkere koko ibisagara bikingijwe ibihome, ngo ahunge tubona.”

  • 1 Ngoma 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nayo Abishayi+ mwene wabo na Yowabu+, aba umukuru wa bamwe batatu; yari abanguriye icumu ryiwe ku bantu amajana atatu bishwe, kandi yari rurangiranwa nka bamwe batatu.

  • 1 Ngoma 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira batonde urugamba ngo bahure na bene Amoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika