ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, mwene wabo na Yowabu, ati: “Ni nde amanukana nanje iyo Sauli ari, mw’ikambi?” Abishayi aca avuga ati: “Jewe ndamanukana nawe+.”

  • 2 Samweli 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi ba bahungu batatu ba Zeruwiya+ bari ng’aho, ari bo Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+; Asaheli yari umuntu w’amaguru anyaruka, nk’imwe mu ngeregere+ ziri mw’ishamba.

  • 2 Samweli 18:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma Dawidi arungika ica gatatu+ c’abantu kiyobowe na Yowabu+, ikindi ca gatatu kiyobowe na Abishayi+ mwene Zeruwiya, mwene wabo na Yowabu+, n’ica gatatu kiyobowe na Itayi+ Umugiti. Umwami araheza abwira abantu ati: “Nanje ubwanje ndasohokana namwe mu rugamba.”

  • 2 Samweli 23:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nayo Abishayi+ mwene wabo na Yowabu mwene Zeruwiya+, yari umukuru wa bamwe mirongo itatu; yari abanguriye icumu ryiwe ku bantu amajana atatu bishwe, kandi yari rurangiranwa nka bamwe batatu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika