ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 26:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, mwene wabo na Yowabu, ati: “Ni nde amanukana nanje iyo Sauli ari, mw’ikambi?” Abishayi aca avuga ati: “Jewe ndamanukana nawe+.”

  • 2 Samweli 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira ngo abatondeshe urugamba ngo bahure na bene Amoni+.

  • 2 Samweli 23:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nayo Abishayi+ mwene wabo na Yowabu mwene Zeruwiya+, yari umukuru wa bamwe mirongo itatu; yari abanguriye icumu ryiwe ku bantu amajana atatu bishwe, kandi yari rurangiranwa nka bamwe batatu+.

  • 1 Ngoma 11:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nayo Abishayi+ mwene wabo na Yowabu+, aba umukuru wa bamwe batatu; yari abanguriye icumu ryiwe ku bantu amajana atatu bishwe, kandi yari rurangiranwa nka bamwe batatu.

  • 1 Ngoma 18:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nayo Abishayi+ mwene Zeruwiya+, asasika Abanyedomu mu Mubande w’Umunyu+, asasika ibihumbi cumi n’umunani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika