2 Samweli 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abishayi+ mwene Zeruwiya aca aza kumutabara+ maze agarika nya Mufilisitiya, aramwica. Ico gihe, ingabo za Dawidi ziramurahira ziti: “Ntukongere gusohokana natwe mu rugamba+, kugira ngo ntuzimye+ itara+ rya Isirayeli!” 1 Ngoma 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bashiki babo bari Zeruwiya na Abigayili+; bene Zeruwiya bari Abishayi+ na Yowabu+ na Asaheli+: batatu.
17 Abishayi+ mwene Zeruwiya aca aza kumutabara+ maze agarika nya Mufilisitiya, aramwica. Ico gihe, ingabo za Dawidi ziramurahira ziti: “Ntukongere gusohokana natwe mu rugamba+, kugira ngo ntuzimye+ itara+ rya Isirayeli!”
16 Bashiki babo bari Zeruwiya na Abigayili+; bene Zeruwiya bari Abishayi+ na Yowabu+ na Asaheli+: batatu.