1 Samweli 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, mwene wabo na Yowabu, ati: “Ni nde amanukana nanje iyo Sauli ari, mw’ikambi?” Abishayi aca avuga ati: “Jewe ndamanukana nawe+.” 2 Samweli 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nayo Yowabu na Abishayi+ mwene wabo, bishe Abuneri+ kubera yari yarishe Asaheli mwene wabo i Gibeyoni mu rugamba+. 2 Samweli 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira ngo abatondeshe urugamba ngo bahure na bene Amoni+. 2 Samweli 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Dawidi abwira Abishayi+ ati: “Ubu Sheba+ mwene Bikiri azotubera mubi kurusha Abusalomu+. Wewe ubwawe nutore abasuku+ b’umukama wawe uheze umwome inyuma, kugira ntiyironkere koko ibisagara bikingijwe ibihome, ngo ahunge tubona.”
6 Maze Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, mwene wabo na Yowabu, ati: “Ni nde amanukana nanje iyo Sauli ari, mw’ikambi?” Abishayi aca avuga ati: “Jewe ndamanukana nawe+.”
30 Nayo Yowabu na Abishayi+ mwene wabo, bishe Abuneri+ kubera yari yarishe Asaheli mwene wabo i Gibeyoni mu rugamba+.
10 Abantu basigaye, abashira mu kuboko kwa Abishayi+ mwene wabo kugira ngo abatondeshe urugamba ngo bahure na bene Amoni+.
6 Maze Dawidi abwira Abishayi+ ati: “Ubu Sheba+ mwene Bikiri azotubera mubi kurusha Abusalomu+. Wewe ubwawe nutore abasuku+ b’umukama wawe uheze umwome inyuma, kugira ntiyironkere koko ibisagara bikingijwe ibihome, ngo ahunge tubona.”