ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Ntukihore+ canke ngo ugirire inzika abo mu gisata cawe+; kandi utegerezwa gukunda mugenzawe nk’uko wikunda+. Ndi Yehova.

  • 2 Samweli 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mugabo aguma yanka gukevya; nuko Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu mu nda+, nya cumu risohokana mu mugongo; agwa ng’aho, apfira aho nyene. Abantu bose bashitse aho Asaheli yaguye agaca apfa, baca bahagarara+.

  • Abaroma 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika