2 Samweli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Zadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki+ mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga. 2 Samweli 15:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 None Zadoki na Abiyatari abaherezi ntibari kumwe nawe hariya+? Ikintu cose uzokwumva kivuye mu nzu y’umwami ntuze ubure kukibwira Zadoki na Abiyatari abaherezi+. 1 Ngoma 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Na Zadoki+, umusore w’umunyenkomezi kandi w’intwari, n’inzu ya ba sekuruza biwe, abakuru mirongo ibiri na babiri.
17 Zadoki+ mwene Ahitubu na Ahimeleki+ mwene Abiyatari bari abaherezi, Seraya na we akaba umunyamabanga.
35 None Zadoki na Abiyatari abaherezi ntibari kumwe nawe hariya+? Ikintu cose uzokwumva kivuye mu nzu y’umwami ntuze ubure kukibwira Zadoki na Abiyatari abaherezi+.
28 Na Zadoki+, umusore w’umunyenkomezi kandi w’intwari, n’inzu ya ba sekuruza biwe, abakuru mirongo ibiri na babiri.