2 Samweli 15:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ehe hariya bari kumwe n’abahungu babo babiri, Ahimayazi+ wa Zadoki na Yonatani+ wa Abiyatari; muze mundungikire biciye kuri bo ikintu cose muzokwumva.” 2 Samweli 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”
36 Ehe hariya bari kumwe n’abahungu babo babiri, Ahimayazi+ wa Zadoki na Yonatani+ wa Abiyatari; muze mundungikire biciye kuri bo ikintu cose muzokwumva.”
19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”