2 Samweli 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ko Yonatani+ na Ahimayazi+ bari bahagaze i Eni-rogeli+, umusukukazi umwe aja kubibamenyesha. Nuko baragenda, kuko bategerezwa kubimenyesha Umwami Dawidi; mu bisanzwe baratinya kubonwa binjira mu gisagara. 1 Abami 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Akiriko aravuga, erega, Yonatani+ mwene Abiyatari umuherezi araza. Maze Adoniya avuga ati: “Niwinjire, kuko uri umugabo w’intwari, kandi ukaba uzanye inkuru nziza+.”
17 Kubera ko Yonatani+ na Ahimayazi+ bari bahagaze i Eni-rogeli+, umusukukazi umwe aja kubibamenyesha. Nuko baragenda, kuko bategerezwa kubimenyesha Umwami Dawidi; mu bisanzwe baratinya kubonwa binjira mu gisagara.
42 Akiriko aravuga, erega, Yonatani+ mwene Abiyatari umuherezi araza. Maze Adoniya avuga ati: “Niwinjire, kuko uri umugabo w’intwari, kandi ukaba uzanye inkuru nziza+.”