2 Samweli 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Umwami abandanya kubwira Zadoki umuherezi ati: “None nturi rubonyi+? Nusubire mu gisagara wewe na Abiyatari, musubiraneyo n’abahungu banyu babiri, ari bo Ahimayazi umuhungu wawe na Yonatani+ umuhungu wa Abiyatari. 2 Samweli 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”
27 Umwami abandanya kubwira Zadoki umuherezi ati: “None nturi rubonyi+? Nusubire mu gisagara wewe na Abiyatari, musubiraneyo n’abahungu banyu babiri, ari bo Ahimayazi umuhungu wawe na Yonatani+ umuhungu wa Abiyatari.
19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”