2 Samweli 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ko Yonatani+ na Ahimayazi+ bari bahagaze i Eni-rogeli+, umusukukazi umwe aja kubibamenyesha. Nuko baragenda, kuko bategerezwa kubimenyesha Umwami Dawidi; mu bisanzwe baratinya kubonwa binjira mu gisagara.
17 Kubera ko Yonatani+ na Ahimayazi+ bari bahagaze i Eni-rogeli+, umusukukazi umwe aja kubibamenyesha. Nuko baragenda, kuko bategerezwa kubimenyesha Umwami Dawidi; mu bisanzwe baratinya kubonwa binjira mu gisagara.