ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nya bakirizi na bo babwira Farawo bati: “Ni kubera ko abagore b’Abaheburayokazi batameze nk’abagore b’Abanyamisirikazi. Kubera ko buzuye ingoga, baba bamaze kwibaruka imbere y’uko umwakirizi abashikira.”

  • Yosuwa 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Igihe co kwugara irembo+ kigeze, buhwibiriye, nya bagabo baciye basohoka. Ni ukuri sinzi iyo abo bagabo bagiye. Nimubome inyuma ningoga, kuko muza kubahamvya.”

  • 1 Samweli 19:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Sauli aca atuma intumwa gufata Dawidi, mugabo Mikali avuga ati: “Ararwaye+.”

  • 1 Samweli 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Dawidi aca abwira Ahimeleki umuherezi ati: “Umwami ubwiwe yantegetse ku bijanye n’ikintu kimwe+, hanyuma ambwira ati: ‘Ntihagire n’umwe agira ico amenya ku bijanye n’ico kintu ngutumye kandi ngutegetse.’ Kandi numvikanye n’abasore ko duhurira aha n’aha.

  • Matayo 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika