ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Dawidi aca abwira nya ntumwa ati: “Uze ubwire Yowabu uti: ‘Ico kintu ntikiboneke ko ari kibi mu maso yawe, kuko inkota mu kurya+ idatora. Niwongereze urugamba rwawe rwo kurwanya ico gisagara, ugisenyurire hasi+.’ Nawe, uze umuremeshe.”

  • Yesaya 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo nimwanka+ kandi mukaba koko abagarariji, muzoribwa n’inkota ibaherengeteze; kuko akanwa ka Yehova ari ko kabivuze+.”

  • Yeremiya 2:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+.

  • Yeremiya 12:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Abanyazi bashitse mu minyuro inoze yose yo mu gahinga. Kuko inkota ya Yehova iriko irarotsa kuva ku mpera imwe y’igihugu gushika ku yindi+. Nta mahoro ariho ku gifise umubiri na kimwe.

  • Yeremiya 46:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Uwo musi ni uw’Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, umusi w’ukwihora kugira ngo yihore abarwanizi biwe+. Inkota izorotsa ata kabuza, ihage, inywe amaraso yabo ihimbe, kuko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, afise ikimazi+ mu gihugu co mu buraruko iruhande y’uruzi Efurate+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika