2 Samweli 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nayo Dawidi, ashika i Mahanayimu+, Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’abagabo ba Isirayeli bose. 2 Samweli 19:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka mirongo umunani+; kandi ni we yari yararonkeje umwami ibifungurwa igihe yaba i Mahanayimu+, kuko yari umugabo ahambaye cane+.
24 Nayo Dawidi, ashika i Mahanayimu+, Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’abagabo ba Isirayeli bose.
32 Baruzilayi yari ashaje cane, akaba yari afise imyaka mirongo umunani+; kandi ni we yari yararonkeje umwami ibifungurwa igihe yaba i Mahanayimu+, kuko yari umugabo ahambaye cane+.