ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko umwami ababwira ati: “Ndakora ivyo mubona ko ari vyiza mu maso yanyu+.” Umwami rero aguma ahagaze iruhande y’irembo+, maze abantu bose basohoka ku rugamba ari amajanajana n’ibihumbihumbi+.

  • 2 Samweli 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi Dawidi yari yicaye hagati ya ya marembo abiri+. Ako kanya, inderetsi+ ija ku gisenge c’irembo iruhande y’uruhome. Maze iraramura amaso, ibona umugabo ariko yiruka ari wenyene.

  • 1 Abami 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi umwami wa Isirayeli na Yehoshafati umwami wa Yuda bari bicaye umwe wese ku ntebe y’ubwami yiwe, bambaye impuzu za cami+, ku mbuga y’ikubitiro, ku bwinjiriro bw’irembo rya Samariya; abahanuzi bose bariko bakora bwa bahanuzi imbere yabo+.

  • Yeremiya 38:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ebedi-meleki Umunyetiyopiya+, umugabo yari inkone* kandi yaba mu nzu y’umwami, yumva ko bashize Yeremiya muri nya tangi; kandi umwami yari yicaye mw’Irembo rya Benyamini+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika