Yeremiya 39:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Genda ubwire Ebedi-meleki+ Umunyetiyopiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ehe ngira nshitse kuri iki gisagara amajambo yanje kugira ndagiteze ivyago atari ukugira ngo ndakigirire neza+, kandi azorangukira imbere yawe kuri uwo musi+.”’ Ivyakozwe 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuri ivyo arahaguruka aragenda, maze, ehe inkone*+ y’Umunyetiyopiya+, umuntu w’ububasha yakorera Kanidake umwamikazi w’Abanyetiyopiya, akaba kandi ari we yari ashinzwe itunga ryiwe ryose. Yari yagiye i Yeruzalemu gusenga+,
16 “Genda ubwire Ebedi-meleki+ Umunyetiyopiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ehe ngira nshitse kuri iki gisagara amajambo yanje kugira ndagiteze ivyago atari ukugira ngo ndakigirire neza+, kandi azorangukira imbere yawe kuri uwo musi+.”’
27 Kuri ivyo arahaguruka aragenda, maze, ehe inkone*+ y’Umunyetiyopiya+, umuntu w’ububasha yakorera Kanidake umwamikazi w’Abanyetiyopiya, akaba kandi ari we yari ashinzwe itunga ryiwe ryose. Yari yagiye i Yeruzalemu gusenga+,