ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 “Mbega Umukushi+ arashobora guhindura urukoba rwiwe, canke ingwe igahindura ibirabagu vyayo+? Namwe rero mwoshobora gukora iciza, mwebwe abantu bigishijwe gukora ikibi+.

  • Zefaniya 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Abanyinginga, ari we mukobwa w’abantu banje basanzaye, bazonzanira ingabirano bavuye mu karere k’inzuzi za Etiyopiya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika