ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 68:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ibintu vy’umujumpu w’imvange bizoza bivuye mu Misiri+;

      Kushi ubwayo izoramvurira Imana ningoga amaboko ifise amaturo+.

  • Zaburi 72:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Abami ba Tarushishi n’ab’amazinga+—

      Bazoriha ikibuguro+.

      Abami ba Sheba n’aba Seba—

      Bazoshikana ituro+.

  • Yesaya 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Muri ico gihe Yehova nyen’ingabo azozanirwa ituro+, rivuye ku gisata c’abantu kirehutse kandi gisenye+, mbere rivuye ku gisata gitera ubwoba hose, ihanga ry’inkomezi zidacika kandi rihonyangira hasi, ry’ubutaka bwakukumuwe n’inzuzi, nya turo rije ahantu h’izina rya Yehova nyen’ingabo, umusozi Siyoni+.”

  • Yesaya 60:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Raramura amaso weraguze, urabe! Bose bakoranirijwe hamwe+; baje kuri wewe+. Abahungu bawe baguma baza bavuye kure, be n’abakobwa bawe, abazokwitwararikwa bari ku kiyunguyungu+.

  • Ivyakozwe 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuri ivyo arahaguruka aragenda, maze, ehe inkone*+ y’Umunyetiyopiya+, umuntu w’ububasha yakorera Kanidake umwamikazi w’Abanyetiyopiya, akaba kandi ari we yari ashinzwe itunga ryiwe ryose. Yari yagiye i Yeruzalemu gusenga+,

  • Abaroma 15:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kugira ngo mbe umukozi akorera abantu wa Kristu Yezu ku mahanga+, akora igikorwa ceranda c’inkuru nziza+ y’Imana, kugira ngo ishikanwa+, ni ukuvuga, ayo mahanga, riboneke ko ryemerwa+, ryejejwe biciye ku mpwemu nyeranda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika