Itanguriro 42:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 “Umugabo aganza ico gihugu yaradukariye mu kutuvugisha+, kuko yadufashe nk’abantu batata igihugu+. Imigani 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyishu, iyo irimwo ubwitonzi, ikevya uburake+, mugabo ijambo ritera umubabaro riduza ishavu+. Imigani 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ntahonikora avuga yinginga+, mugabo umutunzi yishurana ugukara+. Umusiguzi 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Amajambo y’akanwa k’umuntu w’inkerebutsi avamwo ubutoni+, mugabo iminwa y’ikijuju irakimira+.
30 “Umugabo aganza ico gihugu yaradukariye mu kutuvugisha+, kuko yadufashe nk’abantu batata igihugu+.