1 Abami 20:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko umugabo umwe wo mu bahungu b’abahanuzi+ abwira umugenzi wiwe bivuye kw’ijambo+ rya Yehova ati: “Enda nkubita.” Ariko nya mugabo yanka kumukubita. Yesaya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+. Yeremiya 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.
35 Nuko umugabo umwe wo mu bahungu b’abahanuzi+ abwira umugenzi wiwe bivuye kw’ijambo+ rya Yehova ati: “Enda nkubita.” Ariko nya mugabo yanka kumukubita.
2 Nimwumve+, mwa majuru, tega ugutwi nawe si, kuko Yehova ubwiwe avuze ati: “Narakujije abana, ndabarera+, mugabo bo barangararije+.
3 “Kuva mu mwaka ugira cumi na gatatu wa Yosiya+ mwene Amoni, umwami wa Yuda, gushika n’uyu musi, iyo myaka mirongo ibiri n’itatu ijambo rya Yehova ryanjeko, nanje nagumye ndababwira, nzinduka nkavuga, mugabo ntimwumvirije+.